Marcello Tunassi

``uwugize ubukwe ata rukundo asa nu murwanyi aja mu ntambara ata kirwanishwa afise`` 

``Ntugirire ineza abagowe kugira uronke umugisha gusa ,kuko urwo atari urukundo nyakuri``

``kwezwa mu bikorwa ni vyiza, mu majambo naho birahimbaye ariko mu vyiyumviro birarushirije cane`` 

0 Commentaires