Mwana wanje, ni wemera amajambo yanje,
Ukabika amabwirizwa yanje muri wewe,
bigatuma utega ugutwi ubwenge,
ugashira umutima ku gutahura ;
mbere ni wahamagara ubwenge ,ugashira ijwi hejuru uririra ugutahura;
ni waburondera nk' Ikefeza, ukabusesangura nk'Urondera izahabu zanyegejwe;
Niho uzotahura ukwubaha Uhoraho Ukw' ari Kwo, Ukaronka ukumenya IMANA,
IMIGANI 2:1-5

0 Commentaires